Akajambo k'epfo
a Ahantu hagira kane iboneka ni mu Vyahishuwe 1:11 muri Bibiliya yitwa King James. Ariko Bibiliya nyinshi zo muri iki gihe ntizirimwo iyo mvugo muri uwo murongo kuko itaboneka mu vyandikano vya kera vy’ikigiriki. Biboneka ko yongewemwo mu nyuma.