Akajambo k'epfo
a Izina ry’uruharo ry’Imana risanzwe ryaturwa ngo Yehova mu kirundi, hisunzwe uko ryandikwa mu ndome zine z’igiheburayo. Kugira umenye igituma Bibiliya nyinshi zikoresha izina ry’icubahiro «Umukama» aho gukoresha izina ry’uruharo ry’Imana, nurabe ikiganiro kivuga ngo «Yehova ni nde?»