Mukakaro Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu, Mukakaro 2020 Ingene twotanguza ibiyago 6-12 Mukakaro UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 6-7 “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo” 13-19 Mukakaro UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 8-9 Umunyabwibone Farawo, ntiyamenye yuko ariko arafasha mw’iranguka ry’umugambi w’Imana UBUZIMA BW’UMUKIRISU Niwicishe bugufi—Ntiwishemagize UBUZIMA BW’UMUKIRISU Niwicishe bugufi igihe abandi bagushemagije 20-26 Mukakaro UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 10-11 Musa na Aroni baragaragaje umutima rugabo udasanzwe UBUZIMA BW’UMUKIRISU Ivyaremwe bitwigisha iki ku bijanye n’umutima rugabo? 27 Mukakaro–2 Myandagaro UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 12 Ico Pasika isobanura ku Bakirisu UBUZIMA BW’UMUKIRISU Yehova arakingira abantu biwe