15 Munyonyo Woba ushobora kwemera ko isi izoba iparadizo? Urashobora kwemera yuko isi izoba iparadizo ‘Nuramirize neza mw’Ijambo ry’Imana’ Nufashe abandi kwakira ubutumwa bw’Ubwami Niwamamaze kugira uhindure abantu abigishwa Uravye ingene yari ameze kera n’ingene ameze ubu, ingingo ngenderwako za Bibiliya zaratumye ahinduka “Mbega ukuntu Ijambo ry’Imana rifise ububasha vy’ukuri!” Ibibazo vy’abasomyi Biciye ku kwizera, Baraki yaranesheje ingabo zikomeye Isi itagiramwo ubugizi bwa nabi iri hafi Woha ikaze uwokugendera?