1 Ndamukiza 666—si igitigiri c’akayoberabahinga gusa Kumenya insobanuro ya ca gikoko be n’ikimenyetso caco Barasanga abantu aho bakorera Nunanire impwemu y’isi igenda ihindagurika Niwiheke ku mpwemu y’Imana uko uhangana n’ibihinduka mu buzima Woba uhanze amaso impera? Ibintu bikeyi twahevye vyatumye duhezagirwa cane Ibibazo vy’abasomyi Liberiya—Ivy’Ubwami biratera imbere naho hari indwano Twoba dukwiye kwitura abamarayika ngo badufashe? Woha ikaze uwokugendera?