15 Mukakaro Inyigisho z’ukuri—Wozikura hehe? Inyigisho z’ukuri zishimwa n’Imana Ni abirebange ariko baranezerewe mu murimo barangurira Yehova ‘Umuco utagira agatotsi’ warasiwe kuri Bibiliya uvuye mu bubiko bw’ibitabu bwa kera cane bwo mu Burusiya ‘Inkota ni iya Yehova na Gideyoni!’ “Umunyamakenga agenda agavye” “Gume mwerekana ico mwebwe ubwanyu muri” Woba uri umwizigirwa mu bintu vyose? Ibibazo vy’abasomyi “Ntibadohotse” Woha ikaze uwokugendera?