15 Gitugutu Twoba vy’ukuri dushobora kumenya Imana? Wokora iki kugira umenye Imana? Kwubura ubutunzi bwo mu vy’impwemu muri Guinée Umugenzo w’Abayuda wo kwiyuhagira woba wari integuza y’ibatisimu? Amabarabara y’Abaroma arerekana ubuhinga bwa kera bw’ivy’ukwubaka Ubugeni buteye iteka imbere y’Imana n’abantu Nugaragaze ko ufise ukwizera mu buryo ubayeho Nimwongereze umunezero n’iteka vy’umusi wanyu w’ubugeni “Ni kubera iki turiho?” Woha ikaze uwokugendera?