15 Mukakaro Ubwami bw’Imana ni iki? Ubwami bw’Imana burahambaye muri vyose ‘Imana yacu irashobora kudukiza’ Ibikurubikuru vyo mu Gitabu ca Gatatu n’ica Kane vya Zaburi Twirinde “kwidodomba” Twibande ku vyiza vyo mw’ishirahamwe rya Yehova Ikintu kidashingiye kuri Bibiliya kivuga ivy’igisata c’abantu citwa Isirayeli Yehova arakiza uwuri mu mubabaro Ibibazo vy’abasomyi “Emwe, kuva uyu musi, ndemeye ko Imana iriho!” Woha ikaze uwokugendera?