1 Myandagaro Ibirimwo Isi yoba isigaje umwanya ungana gute? Tubayeho mu bihe bitoroshe Vuba isi igiye kuba Iparadizo! Hoba hari ikintu na kimwe gishobora “kudutandukanya n’urukundo rw’Imana”? Ibintu nyamukuru vyotuma mu rugo haba agahimbare Guseruranira akari ku mutima n’abana b’imiyabaga Ni kuki dukwiye kugaragaza ko dukenguruka? Ku bijanye n’ukuntu twofata abandi Izina Yehova ryoba rikwiye kuboneka mw’Isezerano rishasha? Niwigishe abana bawe Samweli yarumira ku bigororotse Woba wari ubizi? Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu Isi yoba izorokoka? Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?