1 Ruheshi Ibirimwo Ivyerekeye Nowa be na rya Segenya ni ibintu vyabaye, si umugani Igituma dukwiye kwitwararika icatumye Imana itonesha Nowa Rya segenya ryo mu gihe ca Nowa, ryoba vy’ukuri ryarakwiye kw’isi yose? Hoba hari ico bitwaye dupfuye uko dusenze Imana? Amazi adudubiza ngo atange ubuzima budahera “Ndaza kucicarira igihe nza kuba ndi iruhande y’umuriro mw’ijoro” Nukoreshe neza ukurondera kumenya ibintu kwawe Ryoba ari “izina ridakwiye kuvugwa”? Imana ifise umutima ukunze wo kubabarira Niwigishe abana bawe Karipfuje kugira ico gafashije Uwo twovuga muri kino gihe ko ari ka kigeme k’Akisirayelikazi Woba wari ubizi? Umunezero nagize mu buzima bwanje bwose kubera ugukora ivyo Imana igomba Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?