1 Myandagaro Ibirimwo Ni igiki abenshi batinya? Ibibazo bine bijanye n’umuhero vyishurwa Ntibagitinya umuhero Ivyotuma mu rugo haba agahimbare Ukuntu mwotsinda urugamba rwo mu mwaka wa mbere w’umubano w’ababiranye Igituma Yezu atihuse Ingene tworonka agahimbare Bibiliya Irahindura Ubuzima Bw’abantu Abantu bose boba bafise uturyo tungana two kumenya Imana? Woba wari ubizi? “Umubaji” ‘Akīra umwana wawe’ Abamisiyonari barungitswe ‘guhindura abantu abigishwa’ Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?