1 Ruhuhuma Ibirimwo Kurondera ukuri ku vyerekeye ijuru Mw’ijuru hameze gute? Abantu beza bose boba baja mw’ijuru? “Abitwararika ibikorwa vyo mu rugo” Woba ukwiye kwubahiriza Isabato ya buri ndwi? Ku bijanye n’ugusenga kw’ukuri Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu Imana yoba ishobora kwicuza? Abasomyi bacu barabaza . . . Woba ubwirizwa kwemera Ubutatu kugira ngo ube umukirisu? Woba wari ubizi? Niwigishe abana bawe Rebeka yari afise umutima ukunze wo guhimbara Yehova Ivyotuma mu rugo haba agahimbare Kwumvikana na sobukwe be na nyokobukwe Abamisiyonari barungitswe “mu karere ka kure rwose k’isi” Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?