1 Rusama Ibirimwo Imana yaroye he? Mbega Imana iriko ikora iki? Abapfakazi n’abapfakare bakeneye iki? Wobafasha gute? Woba wari ubizi? Nuburanire ivyo wemera wajijutseko! Ingene twokurikira Kristu Ivyotuma mu rugo haba agahimbare Ingene wokwigisha abana kuba abantu bitwararika ibintu Izina ry’Imana, Yehova, mu rusengero rw’Abanyamisiri “Inkuru nziza” yamamazwa mu mazinga yo mu Buraruko bwa kure bwa Ositaraliya Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu Igihe “umutima umenetse, ujanjaguwe” urondeye guharirwa Ingoro y’Ubwami ni iki? Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?