1 Mukakaro Ibirimwo Hoba hariho uwumva amasengesho? Ni nde yumva amasengesho? Kubera iki Umwe yumva amasengesho areka hakabaho imibabaro? Niwiyegereze Umwe yumva amasengesho Wari ubizi? Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu Niwige Ijambo ry’Imana Ibiremwa vy’impwemu bikorera iki abantu? Niwiyegereze Imana Iyo Imana ibabariye umuntu, yoba yibagira? “Igihe cose musenga, muvuge muti: ‘Data’” Niwigane ukwizera kwabo ‘Aho uzoja ni ho nzoja’ Abasomyi bacu barabaza . . . Kubera iki Imana yasavye ko abayisenga bubakana gusa n’abo basangiye ukwemera? Ku bw’urwaruka Imana iranka rwose akarenganyo Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?