1 Munyonyo Ibirimwo Twoba dukwiye kubaza Imana? Ikibazo ca 1: Ubuzima bwanje bufise intumbero iyihe? Ikibazo ca 2: Bizongendera gute ninapfa? Ikibazo ca 3: Kubera iki Imana ireka ngashikirwa n’imibabaro? Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu Wari ubizi? Niwige Ijambo ry’Imana Imana yoba izoshiraho intwaro izoganza isi yose? Ivyotuma mu rugo haba agahimbare Ingene mwohangana n’amadeni Niwiyegereze Imana “Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?” Abasomyi bacu barabaza . . . Ukwizera kwoba ari nk’ikibando co kwishimikiza? Ivyigwa vyanje vya Bibiliya Ubuzima bwo mu bihe vya Bibiliya—Umwungere Sentare y’Abanyaburaya ishigikira uburenganzira bwo kwisunga ijwi ryo mu mutima Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?