1 Ndamukiza Ibirimwo Bararondera inyishu Inyishu z’ibibazo twibaza kuri Yezu Kristu Izo nyishu zoba zihambaye? Wari ubizi? Niwiyegereze Imana “Dukundire tugaruke iwawe” Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu Niwige Ijambo ry’Imana Kubera iki abakirisu babatizwa? Injili zitari izo muri Bibiliya zoba zihishura ivyanyegejwe ku bijanye na Yezu? Ikiyago Icabona ca Yehova agirana n’uwo abwira inkuru nziza—Yezu yoba ari Imana? Niwigane ukwizera kwabo Yarakingiye umuryango, arawuronderera, arumira kw’ibanga Abasomyi bacu barabaza . . . Ni nde yarungitse ya “nyenyeri”? Ku bw’urwaruka Musa ashingwa igikorwa kidasanzwe Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri Woha ikaze uwokugendera?