15 Nzero Ibirimwo Emwe, iyi ni integuro y’ukwiga! Abakirisu b’ukuri barubaha Ijambo ry’Imana Twigire kuba maso ku ntumwa za Yezu ‘Nzoshobora nte kwamamaza?’ Ingene ukwiyigisha kworushiriza kuguhimbara no kukugirira akamaro Igira kuri vya bintu vy’ishimikiro vyerekeye ukuri Dushikanire Yehova ibimazi tutiziganya Ubuherezi bwa cami buzozanira ivyiza abantu bose Ivyo mu bushinguro bwacu Twipfuza kuzigama ibintu vy’agaciro bijanye na kahise k’ishirahamwe ryacu