Integuro ya bose 1 Nzero Woba ukwiye gutinya umuhero w’isi? 1 Ruhuhuma Ni ibiki twigira kuri Musa? 1 Ntwarante Izuka rya Yezu rikumariye iki? 1 Ndamukiza Kubaho uhimbawe, vyoba bishoboka? 1 Rusama Imana yoba ari ruburakigongwe? 1 Ruheshi Kwishiramwo abandi nabi bizohera ryari? 1 Mukakaro Hoba hariho idini wokwizigira? 1 Myandagaro Amashusho y’ubushegabo yoba ata co atwaye canke ni ishano? 1 Nyakanga Kubera iki hari imibabaro myinshi? Izohera ryari? 1 Gitugutu Bibiliya ivuga iki muri make? 1 Munyonyo Ibinyoma vyatumye abantu badakunda Imana 1 Kigarama Twoba dukeneye Imana?