ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sjj ururirimbo 104
  • Imana iraduha impwemu nyeranda

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Imana iraduha impwemu nyeranda
  • Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ivyo bijanye
  • Impwemu nyeranda ni ingabirano Imana itanga
    Turirimbire Yehova
  • Kubera iki twoyoborwa n’impwemu y’Imana?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Impwemu nyeranda ni inguvu ukeneye mu buzima bwawe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Yesaya 40:31​—“Abizigira Yehova bazosubira kugira ububasha”
    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
Ibindi
Turirimbire Yehova tunezerewe
sjj ururirimbo 104

URURIRIMBO RWA 104

Imana iraduha impwemu nyeranda

Integuro icapuwe

(Luka 11:13)

  1. 1. Mana Yehova, munyakigongwe,

    Uraturutir’imitima.

    Duhoze, Mana, uduh’impwemu,

    Kuko tuzi yuk’utoyitwima.

  2. 2. Ntidushikira bwa bwiza bwawe;

    Turahuba, nutugorore.

    Turagusavye, ewe Yehova,

    Ya mpwemu yawe ngw’ituyobore.

  3. 3. Iyo turushe za nguv’uduha

    Ziratugumya nk’umukanda.

    None se Mana nuzituronse;

    Dufashishe ya mpwemu nyeranda.

(Raba kandi Zab. 51:11; Yoh. 14:26; Ivyak. 9:31.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika