Ibirimwo
1 Ndamukiza 2010
Inomero idasanzwe
Wa muntu yahinduye isi—Ukuntu ubutumwa bwiwe bukuraba
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
4 Yezu Kristu—Ukuntu ubutumwa bwiwe bwagize ikintu kinini bukoze
5 Ivyo Yezu yigishije ku bimwerekeye
6 Ivyo Yezu yigishije ku vyerekeye Imana
8 Ivyo Yezu yigishije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana
11 Yezu Kristu—Ukuntu ubutumwa bwiwe bukuraba
IVYAMA BISOHOKA
19 Abasomyi bacu barabaza . . .
20 Niwiyegereze Imana ‘Ubwami bwawe buzohora buhamye’
21 Niwigane ukwizera kwabo—Yarigiye kuri Shebuja ibijanye n’uguharira abandi
30 Niwigishe abana bawe—Yezu yarize kugamburuka
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
12 Ni ukuri canke ni ikinyoma?—Ukuri ku vyerekeye Yezu
16 Isinagogi—Aho Yezu n’abigishwa biwe bamamariza inkuru nziza
26 Bibiliya yoba itubwira vyose ku vyerekeye Yezu?