ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 4
  • Twiheshe izina ryiza ku Mana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Twiheshe izina ryiza ku Mana
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Twiheshe izina ryiza ku Mana
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Kwironkera izina ryiza ku Mana
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Kubera iki dukwiye gukoresha izina ry’Imana?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Izina ry’Imana
    Be maso!—2017
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 4

Ururirimbo 4

Twiheshe izina ryiza ku Mana

Integuro icapuwe

(Umusiguzi 7:1)

1. Twebwe twipfuza yuko twironkera

Izina ryiza, tukarigendera.

Nitwakora birya Yehova ashima

Azohimbarwa mu mutima.

2. Gushaka kuba abamenyekana

Ngw’is’idukunde, nta ciza bizana.

Ducuditse n’isi Yehova yotwanka,

Nta kwiyubara kwoturanga.

3. Kwibukw’izina ni na vyo twipfuza

Ryame ryanditswe; ntituzokwicuza.

Dushemej’Imana ata kitunumya,

Izina ryacu tworigumya.

(Raba kandi Ita. 11:4; Imig. 22:1; Mal. 3:16; Ivyah. 20:15.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika