ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 95
  • “Nimuhonje, mubone ko Yehova aryoshe”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Nimuhonje, mubone ko Yehova aryoshe”
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • “Nimuhonje, mubone ko Yehova aryoshe”
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Igikorwa twakoranye urukundo
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Igikorwa twakoze kiranga urukundo
    Turirimbire Yehova
  • Tugendere izina ryacu
    Turirimbire Yehova
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 95

Ururirimbo 95

“Nimuhonje, mubone ko Yehova aryoshe”

Integuro icapuwe

(Zaburi 34:8)

1. Gukorer’Imana yacu

Ni co kintu twikundira.

Duhig’umwanya tuyikorere,

Twigishe benshi n’ubwira.

(ICITABIRIZO)

Bibiliya ngo: ‘Honje mwumve

Yuko Yehov’aryoshe.’

Tumwihebeye turunguka,

Turumva ko twakoze.

2. Barya bari mu murimo

W’igihe cose baronka

Ivyiza vyinshi. Barizigira

Ko Yehov’azobatunga.

(ICITABIRIZO)

Bibiliya ngo: ‘Honje mwumve

Yuko Yehov’aryoshe.’

Tumwihebeye turunguka,

Turumva ko twakoze.

(Raba kandi Mrk. 14:8; Luka 21:2; 1 Tim. 1:12; 6:6.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika