ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Mukakaro rup. 7
  • Kwihebera Imana canke kumenyereza umubiri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kwihebera Imana canke kumenyereza umubiri
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Ni ibiki nkwiye kumenya ku bijanye no kwinonora imitsi?
    Urwaruka ruribaza
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Mukakaro rup. 7

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Kwihebera Imana canke kumenyereza umubiri

Umukobwa afise akantu bakinisha tenisi, umuhungu afise umupira wa basket, uwundi muhungu afise akantu bakinisha baseball

Kumenyereza umubiri, vyoba bifise akamaro? Ego cane. Ariko rero, bigira akamaro gato cane tubigereranije n’ivyiza biva ku kwihebera Imana. (1Tm 4:8) Abakirisu rero barakwiye kugira uburimbane mu bijanye na siporo.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO IVYO UKWIYE KUMENYA KU BIJANYE NA SIPORO, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  1. Abahungu bariko barasoza ubwato

    1. Siporo ishobora kutwigisha ibiki?

  2. Umuhungu yaguweko n’ibikoresho vyiwe vya siporo kubera vyamurushije inguvu

    2. Ni ibintu bitatu ibihe vyodufasha kumenya nimba siporo kanaka ibereye canke itabereye?

  3. Umukobwa yarunguye n’ishavu, yambaye bimwe bakoresha mu guterana ingumu

    3. Zaburi 11:5 yodufasha gute kumenya ubwoko bw’inkino tworaba canke twokina?

  4. Umuhungu afise agatima ko guhiganwa cane kandi w’ubwibone, ariko ariyemera kuri bagenziwe babiri

    4. Impanuro dusanga mu Bafilipi 2:3 no mu Migani 16:18 zodufasha gute mu kuntu twinonora imitsi?

  5. Umukobwa asinziriye mu gihe c’ikoraniro ry’ishengero

    5. Mu Bafilipi 1:10 hadufasha gute kutamara umwanya urenze turaba inkino canke tuzikina?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika