ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Nzero rup. 15
  • Wokwigana gute Abanaziri?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Wokwigana gute Abanaziri?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Rushirizaho gukora nka kumwe kw’Abanaziri
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyigwa dukura ku Banaziri
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
  • Yehova atuma umuvumo ucika umuhezagiro
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Igikorwa c’Abalewi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Nzero rup. 15

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Wokwigana gute Abanaziri?

Abanaziri bari bafise ivyo biyima (Gh 6:2-4; it-2 381-382)

Abanaziri bayobokera Yehova (Gh 6:5)

Abanaziri baguma badahumanye imbere ya Yehova (Gh 6:6, 7)

Muri iki gihe, abasuku b’igihe cose baragaragaza agatima ko kwitanga no kuyobokera Yehova be n’intunganyo ziwe.

Udufoto: Abavukanyi na bashiki bacu bari mu murimo w’igihe cose. 1. Abavukanyi babiri b’abatsimvyi bariko babwira inkuru nziza umugabo ari ku ndogobwa. 2. Umuvukanyi na mushikiwacu bariko barubaka.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika