ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 12
  • Ico twokwigira ku nkingi zibiri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ico twokwigira ku nkingi zibiri
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • 15 Urusengero mu gihe ca Salomo
    Bibiliya y’isi nshasha
  • B8 Urusengero rwubatswe na Salomo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Barakoze baratama babitumwe n’urukundo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Woba wigira ku makosa yawe?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 12
Ibaraza ry’urusengero hamwe n’inkingi zibiri z’umujumpu ziri ku mpande zompi z’ubwinjiriro.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ico twokwigira ku nkingi zibiri

Inkingi zibiri zarubatswe kw’ibaraza ry’urusengero, aho abantu bashobora kuzibona (1Bm 7:15, 16; w13 1/12 13 ing. 3)

Izo nkingi zahawe amazina afise insobanuro (1Bm 7:21; it-1 355)

Yehova yofashije abantu ‘gushimangira’ urusengero igihe cose bogumye bamwihekako (1Bm 7:21, akajambo k’epfo; Zb 127:1)

Yehova ashobora kuba yaradufashije gutsinda intambamyi nyinshi kugira tuze mu kuri. Ariko dutegerezwa kuguma tumwihekako kugira ‘duhagarare dushikamye mu kwizera.’​—1Kr 16:13.

Udufoto: 1. Umugore ari mw’isoko yemeye kwakira agatabu “Urashobora kwiberaho ibihe bidahera” mushiki wacu amuhaye. 2. Wa mugore ariko arazirikana ku ngeso afise yo kunywa itabi mu gihe ariko arasoma igitabu “Urashobora kwiberaho ibihe bidahera” ari muhira. 3. Arabatijwe.

NIWIBAZE UTI: ‘Ndiko nerekana gute ko niheka kuri Yehova?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika