ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 31-32
  • Gukekeranya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gukekeranya
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 31-32

Gukekeranya

Kubona ko ata co tumaze canke ko ata co dushoboye bishobora gutuma twiyumva gute?

Gh 11:​14, 15; 1Bm 19:​1-4; Yb 3:3; Yr 15:10

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Dn 10:​8-11, 18, 19—Umuhanuzi Daniyeli yumvise ata dutege, ariko yarakomejwe no kwumva umumarayika amubwira ko Yehova amukunda cane

    • Mt 10:​29-31—Yezu yarakoresheje ikigereranyo c’akajuri kugira yerekane ko Yehova adukunda kandi ko atwitwararika

  • Ivyanditswe biremesha:

    • Yr 31:3; Yoh 6:44; Heb 6:10; 1Pt 1:​18, 19; 1Yh 3:​19, 20

    • Raba kandi Zb 56:8; Yr 29:11

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika