ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 7/15 rup. 7
  • Wokora iki kugira uroranirwe?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Wokora iki kugira uroranirwe?
  • Be maso!—2015
  • Ivyo bijanye
  • Ingorane: Ibintu udashobora guhindura
    Be maso!—2015
  • Ingorane: Ivyiyumviro bica intege
    Be maso!—2015
  • Woba umaze kwibaza ibi bibazo?
    Be maso!—2019
  • Mw’Isi Nshasha—Wewe Ni Ho Uzoba Uri?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
Ibindi
Be maso!—2015
g 7/15 rup. 7
Umugabo atekanye ariko ayobora neza ubwato bwiwe

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO | AKAGUMYE BAGUMAKO

Wokora iki kugira uroranirwe?

MURI iki gihe twese usanga tutorohewe. Mugabo kugira turoranirwe bisaba ko twemera ingorane turimwo kandi tukagerageza gukora ivyo dushoboye. Nimba ushoboye kwihanganira ingorane ufise, ni vyiza. Bishitse zimwezimwe ukazitorera umuti na ho, vyoba ari vyiza kuruta. Mugabo bizoba ari vyiza cane muri kazoza igihe umuti nyawo uzoba wabonetse.

Bibiliya iravuga ko hazogera igihe abantu bose babaho ata ngorane n’imwe ibahanze. Bazoshobora gukora ivyo bipfuza vyose kuko ata ngorane zitesha umutwe, imyitwarariko y’ubuzima canke ivyiyumviro bica intege bazoba bafise. (Yesaya 65:21, 22) Bibiliya ivuga ko ubwo ari bwo “buzima nyakuri.”​—1 Timoteyo 6:19.

“Bazokwubaka amazu bayiberemwo; emwe, bazotera imirima y’imizabibu birire ivyamwa vyayo. Ntibazokwubaka ngo uwundi ayibemwo; ntibazotera ngo uwundi abirye. Kuko imisi y’abantu banje izoba nk’imisi y’igiti; kandi abo natoye bazokwinovora bimwe bishitse igikorwa c’amaboko yabo.”​—Yesaya 65:21, 22.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika