ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g21 no. 1 rup. 3
  • Ivyogufasha kubaho neza kandi uhimbawe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyogufasha kubaho neza kandi uhimbawe
  • Be maso!—2021
  • Ivyo bijanye
  • Ibirimwo
    Be maso!—2021
  • Ingene tworonka agahimbare
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Ubukerebutsi nyakuri buguma bushira ijwi hejuru
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Ingene wobishikira
    Be maso!—2018
Ibindi
Be maso!—2021
g21 no. 1 rup. 3

Ivyogufasha kubaho neza kandi uhimbawe

“Naho mbabazwa n’amabi mbona mw’isi, nk’intambara, ubukene, indwara no guturubika abana, ubu ndafise icizigiro.”​—RANI.a

Rani yararonse agahimbare nyakuri igihe yamenya ko Imana Mushoboravyose ikaba n’Umuremyi wacu ari yo Soko ry’ubumenyi nyakuri. Uko usoma ibiganiro bikurikira, nurabe ingene ivyo itwigisha bishobora kugufasha muri iyi mice:

  • kuronka agahimbare mu rugo

  • kubana amahoro n’abandi

  • kurya bike ukaryama kare

  • gutahura igituma dushikirwa n’ingorane be n’urupfu

  • kugira icizigiro ntakekeranywa ca kazoza

  • kumenya Umuremyi wacu no kuba umugenzi wiwe

Urabona kandi ko Umuremyi wacu atigisha umugwi kanaka w’abantu, ahubwo ko yigisha abavyipfuza bose kandi ku buntu.

a Abavugwa muri iki kinyamakuru si ko basanzwe bitwa.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika