ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g23 no. 1 rup. 16
  • Ibiri muri iki kinyamakuru

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibiri muri iki kinyamakuru
  • Be maso!—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ibirimwo
    Be maso!—2023
  • Intangamarara
    Be maso!—2023
  • Imana isezerana ko iyi si izorusimba
    Be maso!—2023
  • Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Ibindi
Be maso!—2023
g23 no. 1 rup. 16
Ivyotsi vyo mu mahinguriro vyonona ikirere.

Xuanyu Han/Moment via Getty Images

Ibiri muri iki kinyamakuru

Iyi si irageramiwe.

Iyi si yoba izorusimba, canke amaherezo izogenda akagirire, natwe tujane na yo? Nusome ibiganiro vyerekanywe ng’aha, maze urabe ibiriko birashikira iyi si yacu urabe kandi ko hoba hariho ibintu vyoduhumuriza.

Ni ibiki biraririye gushikira ibi bintu biri kw’isi?

  • Amazi meza

  • Amabahari

  • Amashamba

  • Umuyaga

MENYA N’IBINDI

Umukenyezi ariko aratora Bibiliya mu bubiko bw’ibitabu.

Abantu amamiliyoni barizigiye baherejeko umuhango Bibiliya itanga w’uko abantu bazoba kw’isi ibihe bidahera kandi bahimbawe. Nurabe kuri jw.org ividewo ivuga ngo Ni ibiki bitwemeza ko Bibiliya ikomoka ku Mana?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika