Sebibondo
Sebibondo ajejwe amabanga ayahe?
Gus 6:6, 7; Ef 6:4; 1Tm 5:8; Heb 12:9, 10
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Kubera iki sebibondo akwiye kwubaha no kwitwararika ibanga Imana yamujeje mu muryango?
Raba kandi Mt 6:9
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Hs 11:1, 4—Yehova arerekana ko ibanga rya sebibondo riteye iteka mu gutanga akarorero keza. Arigisha abasavyi biwe akongera akabitaho n’ikibabarwe nka kurya sebibondo abigirira abana biwe
Lk 15:11-32—Yezu yarateye iteka ba sebibondo mu gutanga ikigereranyo cerekana ukuntu Data wa twese wo mw’ijuru Yehova agirira imbabazi abamucumurako bakigaya