Abagenzi
Abagenzi beza kuruta abandi umuntu yogira mu buzima ni bande?
Zb 25:14; Yoh 15:13-15; Yak 2:23
Raba kandi Img 3:32
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
It 5:22-24—Henoki yari afitaniye ubugenzi somambike n’Imana
It 6:9—Nowa yaragendana n’Imana nka sekuruza wiwe Henoki
Kubera iki dukeneye abagenzi beza?
Img 13:20; 17:17; 18:24; 27:17
Raba kandi Img 18:1
Kubera iki dukeneye kwama twifatanya n’abasenga Yehova bagenzi bacu?
Tworonka gute abagenzi beza?
Lk 6:31; 2Kr 6:12, 13; Fp 2:3, 4
Raba kandi Rm 12:10; Ef 4:31, 32
Ni akaga akahe kari mu kwifatanya cane n’abadakunda Yehova?
Img 13:20; 1Kr 15:33; Ef 5:6-9
Raba kandi 1Pt 4:3-5; 1Yh 2:15-17
Raba kandi «Kuba abagenzi b’isi»
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
It 34:1, 2—Dina yahisemwo abagenzi babi, bimukwegera ingaruka zibabaje cane
2Ng 18:1-3; 19:1, 2—Yehova yarakosoye umwami Yehoshafati kubera yahisemwo gucudika n’umwami mubi Ahabu
Twoba dukwiye kwirinda imigenderanire yose n’abadasenga Yehova Imana?
Kubera iki ari bibi kwubakana n’umuntu atari umusavyi wa Yehova yabatijwe?
Raba «Umubano w’ababiranye»