ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 68
  • Kubesha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubesha
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 68

Kubesha

Yehova abona gute abadashitsa ivyo basezeranye?

Rm 1:​31, 32

Raba kandi Zb 15:4; Mt 5:37

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Kv 9:​27, 28, 34, 35—Farawo yaremeye kurekura abantu b’Imana, ariko mu nyuma arihindukiza

    • Ezk 17:​11-15, 19, 20—Yehova yarahanye umwami Zedekiya kubera yarenze ku vyo yasezeraniye umwami wa Babiloni akanarahira

    • Ivk 5:​1-10—Ananiya na Safira barabeshe yuko bahaye ishengero amahera yose bagurishije itongo

Yehova abona gute abambika ibara abandi?

Zb 15:​1-3; Img 6:​16-19; 16:28; Kl 3:9

Raba kandi Img 11:13; 1Tm 3:11

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • 2Sm 16:​1-4; 19:​24-30—Umwizigirwa Mefibosheti yarambitswe ibara n’umusuku wiwe Ziba

    • Ivy 12:​9, 10—Shetani wa Mubesheranyi aguma abeshera abasavyi b’Imana

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika