Kwiba
Raba kandi Yr 2:26; Mt 19:17, 18
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Ezk 33:14-16—Yehova yasezeranye kubabarira ababisha, harimwo n’abasuma bigaya bagahindura inyifato yabo
Yoh 12:4-6—Yuda Isikariyoti ntiyabaye gusa umusuma, yarabaye n’umuhemu