Umuvukanyi akiri muto ariko aramenyerezwa mw’ishengero
Ingene twotanguza ibiyago
●○○ MUGIHURA
Ikibazo: Imana yoba ari yo yobazwa ingorane zidushikira?
Icanditswe: Yb 34:10
Ubukurikira: Ni nde yobazwa ingorane zidushikira?
○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE
Ikibazo: Ni nde yobazwa ingorane zidushikira?
Icanditswe: 1Yh 5:19
Ubukurikira: Imana izotunganya gute ingorane Shetani yakweze?
○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI
Ikibazo: Imana izotunganya gute ingorane Shetani yakweze?
Icanditswe: Mt 6:9, 10
Ubukurikira: Ubwami bw’Imana ni iki?