Musa na Aroni imbere ya Farawo
Ingene twotanguza ibiyago
●○ MUGIHURAa
Ikibazo: Twoba turi mu misi ya nyuma?
Icanditswe: 2Tm 3:1-5
Ubukurikira: Imisi ya nyuma niyarangira ibintu bizomera gute?
○● USUBIYEYO
Ikibazo: Imisi ya nyuma niyarangira ibintu bizomera gute?
Icanditswe: Ivy 21:3, 4
Ubukurikira: Twokora iki kugira tuzoronke ivyo Imana yasezeranye?
a Guhera muri uku kwezi, uburyo bwo gutanguza ibiyago buzoba bugizwe gusa na mugihura be na usubiyeyo.