Yeremiya 25:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 na Dedani+ na Tema+ na Buzu n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya+; Ezekiyeli 27:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Dedani+ yari umucuruza wawe mu vy’impuzu zijishirwa kugendera ku mafarasi.