ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi jewe Daniyeli nabonye ukwo kubonekerwa ndi jenyene; mugabo abantu twari kumwe bobo ntibabonye ukwo kubonekerwa+. Ariko barafashwe n’ukujugumira gukomeye, bituma biruka, barinyegeza.

  • Amosi 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nibinyegeza kw’isonga rya Karumeli, nzobaronderayo nitonze nshirwe ndabafashe+. Nibihisha amaso yanje hasi mu kiyaga+, nzotegekerayo inzoka, ibakomore.

  • Abaheburayo 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.

  • 1 Yohani 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nta bwoba buba mu rukundo+, mugabo urukundo rutagira akanenge rurahindira hanze ubwoba+, kuko ubwoba butangira. Mu vy’ukuri, uwuguma mu bwoba ntiyagizwe uwutagira akanenge mu rukundo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika