ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 34:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nta mwiza canke igitutu kizitanye biriho

      Ngo abakora ibintu bibabaza binyegezeyo+.

  • Zaburi 139:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Noja hehe ngo mpunge impwemu yawe+,

      Kandi mu maso hawe nohahungira hehe+?

  • Yeremiya 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze.

      “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika