ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 139:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mbere n’umwiza ntiwocura umwiza ngo ukubuze kubona+,

      Ahubwo ijoro ryobonesha nk’umurango+;

      Umwiza na wo nyene woba umuco+.

  • Yesaya 29:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Baragowe abagera kure cane mu guhisha inama Yehova ubwiwe+, ibikorwa vyabo bikabera ahantu h’umwiza+, bakavuga bati: “Ni nde atubona, kandi ni nde atuzi+?”

  • Yeremiya 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze.

      “Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze.

  • Amosi 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nibinyegeza kw’isonga rya Karumeli, nzobaronderayo nitonze nshirwe ndabafashe+. Nibihisha amaso yanje hasi mu kiyaga+, nzotegekerayo inzoka, ibakomore.

  • Abaheburayo 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika