Yobu 34:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nta mwiza canke igitutu kizitanye birihoNgo abakora ibintu bibabaza binyegezeyo+. Daniyeli 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni yo ihishura ivyimbitse n’ibihishije+, ikamenya ikiri mu mwiza+; kandi iwayo ni ho umuco+ wibera.
22 Ni yo ihishura ivyimbitse n’ibihishije+, ikamenya ikiri mu mwiza+; kandi iwayo ni ho umuco+ wibera.