Zaburi 139:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbere n’umwiza ntiwocura umwiza ngo ukubuze kubona+,Ahubwo ijoro ryobonesha nk’umurango+;Umwiza na wo nyene woba umuco+. Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.
12 Mbere n’umwiza ntiwocura umwiza ngo ukubuze kubona+,Ahubwo ijoro ryobonesha nk’umurango+;Umwiza na wo nyene woba umuco+.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe kitibonekeza imbere yayo+, ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro mu maso y’uwuri n’ico atubaza+.