Itanguriro 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko imisi yose isi izobandanya kubaho, ibiba ry’imbuto n’iyimbura, imbeho n’ubushuhe, ici n’urushana, umurango n’ijoro, bitazokwigera bireka kubaho+.” Yesaya 55:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko nk’uko imvura y’isegenya imanuka ivuye mu majuru, be na shelegi*, maze ntisubireyo itajobetse isi vy’ukuri ngo itume yimbuka kandi ikamera+, n’imbuto zigahabwa vy’ukuri umubivyi, n’umukate ugahabwa uwurya+, 2 Abakorinto 9:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)
22 Kuko imisi yose isi izobandanya kubaho, ibiba ry’imbuto n’iyimbura, imbeho n’ubushuhe, ici n’urushana, umurango n’ijoro, bitazokwigera bireka kubaho+.”
10 Kuko nk’uko imvura y’isegenya imanuka ivuye mu majuru, be na shelegi*, maze ntisubireyo itajobetse isi vy’ukuri ngo itume yimbuka kandi ikamera+, n’imbuto zigahabwa vy’ukuri umubivyi, n’umukate ugahabwa uwurya+,
10 Umwe rero avotororera umubivyi imbuto n’umukate wo kurya+ azotanga yongere agwize imbuto kugira ngo mubibe, kandi azokwongereza ivyimburwa vy’ubugororotsi bwanyu+.)