Itanguriro 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Inyuma y’ivyo bintu, ijambo rya Yehova riza kuri Aburamu mw’iyerekwa+, rivuga riti: “Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo kuri wewe+. Impembo yawe izoba nini cane+.” Gusubira mu vyagezwe 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi Yehova ni we agendera imbere yawe. Ubwiwe azogumana nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere. Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+.” Zaburi 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+? Abaheburayo 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”
15 Inyuma y’ivyo bintu, ijambo rya Yehova riza kuri Aburamu mw’iyerekwa+, rivuga riti: “Ntutinye+ Aburamu. Ndi inkinzo kuri wewe+. Impembo yawe izoba nini cane+.”
8 Kandi Yehova ni we agendera imbere yawe. Ubwiwe azogumana nawe+. Ntazoguta canke ngo aguhebe buhere. Ntutinye canke ngo utekerwe n’ubwoba+.”
27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+?
6 Ku buryo dushobora kugira umutima rugabo+ tukavuga duti: “Yehova ni umutabazi wanje; sinzotinya. Umuntu yongira iki+?”