Zaburi 56:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu Mana ni ho nashize ivyizigiro vyanje. Sinzotinya+.None umuntu yakuwe mw’ivu yongira iki+? Zaburi 118:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova ari ku ruhande rwanje; sinzotinya+.Umuntu yakuwe mw’ivu yongira iki+? Daniyeli 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Asangwa ari ukwo biri, Imana yacu dukorera irashobora kuturokora. Iraturokora muri iryo tanure ry’umuriro ururumba, no mu kuboko kwawe, mwami+. Luka 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vyongeye ndabibabwiye, bagenzi+: Ntimutinye abica umubiri, inyuma y’ivyo ntibashobore kugira ikindi kintu na kimwe+.
17 Asangwa ari ukwo biri, Imana yacu dukorera irashobora kuturokora. Iraturokora muri iryo tanure ry’umuriro ururumba, no mu kuboko kwawe, mwami+.
4 Vyongeye ndabibabwiye, bagenzi+: Ntimutinye abica umubiri, inyuma y’ivyo ntibashobore kugira ikindi kintu na kimwe+.