Zaburi 27:1 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+? Yesaya 51:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+.
27 Yehova ni umuco wanje+ n’ubukiriro bwanje+.Ni nde nzotinya+?Yehova ni we gihome gikomeye c’ubuzima bwanje+.Ni nde nzogirira ubwoba+?
7 “Nimunyumvirize, mwebwe abazi ubugororotsi, itegeko ryanje rikaba riri mu mutima wanyu+. Ntimutinye iceyi c’abantu buntu, kandi ntimucike ivutu kubera gusa amajambo yabo y’ibitutsi+.