ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 “Nayo wewe, ukenyere mu mafyinga+, maze uhaguruke, ubabwire ibintu vyose ngutegeka. Ntucike ivutu kubera bo+, kugira ngo simpave ndaguca ivutu imbere yabo.

  • Ezekiyeli 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Kandi wewe ga mwana w’umuntu, ntubatinye+; kandi ntutinye amajambo yabo, kuko hariho abantu b’intabarirwa+ be n’ibintu bikuzibura+, kandi hagati mu tumina+ akaba ari ho uba. Ntutinye amajambo yabo+, kandi mu maso habo ntihaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika