ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Itegeko ry’Imana yiwe riri mu mutima wiwe+;

      Intambuko ziwe ntizizonyoganyoga+.

  • Zaburi 119:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  11 Nabitse muri ntibate ijambo ryawe mu mutima wanje+,

      Kugira ngo singucumureko+.

  • Yeremiya 31:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”

  • 2 Abakorinto 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko muboneka ko muri ikete rya Kristu ryanditswe na twebwe abasuku+, ritandikishijwe irangi, ahubwo ryandikishijwe impwemu+ y’Imana nzima, atari ku bisate vy’amabuye+, ahubwo ku bisate vy’inyama, ku mitima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika