Kuvayo 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+. Kuvayo 34:1 Bibiliya y’isi nshasha 34 Maze Yehova abwira Musa ati: “Niwibazire ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+, nanje ntegerezwa kwandika kuri vyo ya majambo yaboneka ku bisate vya mbere+, bimwe wasavya+.
18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.
34 Maze Yehova abwira Musa ati: “Niwibazire ibisate bibiri vy’amabuye nka bimwe vya mbere+, nanje ntegerezwa kwandika kuri vyo ya majambo yaboneka ku bisate vya mbere+, bimwe wasavya+.