ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 24:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Maze Yehova abwira Musa ati: “Duga aho ndi ku musozi ugumeyo, kuko ngomba kuguha ibisate vy’amabuye n’itegeko n’ibwirizwa ntegerezwa kwandika vyo kubigisha+.”

  • Kuvayo 32:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Inyuma y’ivyo Musa arahindukira, aramanuka ava ku musozi+ na vya bisate bibiri vy’Igishingantahe+ mu kuboko kwiwe, ibisate vyanditsweko ku mpande zompi. Vyari vyanditsweko imbere n’inyuma.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hanyuma abamenyesha isezerano ryiwe+, iryo yabategetse gushitsa, ari yo ya Majambo Cumi+, inyuma y’ivyo ayandika ku bisate vy’amabuye bibiri+.

  • Gusubira mu vyagezwe 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Inyuma y’ivyo ndahindukira, ndamanuka mva ku musozi, mu gihe nya musozi wariko uraka umuriro+. Kandi vya bisate vy’amabuye bibiri vy’isezerano vyari mu maboko yanje yompi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika