Gusubira mu vyagezwe 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi aya majambo ndagutegetse uno musi aze abe ku mutima wawe+; Zaburi 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+. Abaheburayo 8:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.
8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.
10 “‘Kuko iri ari ryo sezerano nzosezerana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi,’ ni ko Yehova avuga. ‘Nzoshira amategeko yanje mu muzirikanyi wabo+, kandi nzoyandika mu mitima yabo. Kandi nzoba Imana yabo+, na bo bazoba abantu banje+.